Perdão e misericórdia
O perdão é o coração do evangelho. Deus nos perdoou em Cristo e nos chama a perdoar uns aos outros, assim como fomos perdoados — sem limites e sem condições.
O perdão de Deus
Deus é rico em misericórdia. Ele apaga nossas transgressões e não se lembra mais dos nossos pecados. Quem confessa, alcança perdão.
Imana ni iyo kwizigirwa kandi iragororotse. Iyo twatuye ivyaha vyacu, irabiduharira ikatweza ibibi vyose.
Imana ni iyo kwizigirwa kandi iragororotse. Iyo twatuye ivyaha vyacu, irabiduharira ikatweza ibibi vyose.
Ariko jewe nyene, ni jewe mpanagura ibicumuro vyawe,
ku bw’izina ryanje,
kandi sinzosubira kuvyibuka.
Ariko jewe nyene, ni jewe mpanagura ibicumuro vyawe,
ku bw’izina ryanje,
kandi sinzosubira kuvyibuka.
nk’uko ubuseruko bwitanguriye uburengero,
ni ko yashiburiye kure yacu ibigabitanyo vyacu.
Ewe Mana, uraharira kandi uri mwiza,
kandi ufise urukundo rwinshi ku bakwambaza bose.
Ewe Mana, uraharira kandi uri mwiza,
kandi ufise urukundo rwinshi ku bakwambaza bose.
Ewe Mana, uraharira kandi uri mwiza,
kandi ufise urukundo rwinshi ku bakwambaza bose.
Kuko nzobaharira ibibi vyabo
kandi sinzosubira kwibuka ivyaha vyabo."
Perdoar como fomos perdoados
Jesus ensinou que devemos perdoar setenta vezes sete. Se não perdoarmos aos outros, o Pai celestial também não nos perdoará.
Umugani w’umukozi adaharira
Hanyuma Petero araza abaza Yesu ati: "Mwami, mbega mugenzanje ancumuyeko, nzomuharira kangahe? Incuro indwi?"
Yesu aramwishura ati: "Sindababwiye incuro indwi, ariko incuro mirongo indwi kugwiza indwi.
Umugani w’umukozi adaharira
Hanyuma Petero araza abaza Yesu ati: "Mwami, mbega mugenzanje ancumuyeko, nzomuharira kangahe? Incuro indwi?"
Yesu aramwishura ati: "Sindababwiye incuro indwi, ariko incuro mirongo indwi kugwiza indwi.
Umugani w’umukozi adaharira
Hanyuma Petero araza abaza Yesu ati: "Mwami, mbega mugenzanje ancumuyeko, nzomuharira kangahe? Incuro indwi?"
Yesu aramwishura ati: "Sindababwiye incuro indwi, ariko incuro mirongo indwi kugwiza indwi.
Uko ni ko na Data wo mw’ijuru azobagirira nimutaharira bene So bivuye ku mitima."
Kuko nimwaharira abantu ibibi babakoreye, na So wo mw’ijuru azobaharira namwe. Ariko nimutaharira abandi ibibi vyabo, na So wo mw’ijuru ntazobaharira namwe ibibi vyanyu.
Kuko nimwaharira abantu ibibi babakoreye, na So wo mw’ijuru azobaharira namwe. Ariko nimutaharira abandi ibibi vyabo, na So wo mw’ijuru ntazobaharira namwe ibibi vyanyu.
Kuko nimwaharira abantu ibibi babakoreye, na So wo mw’ijuru azobaharira namwe.
uduharire ivyaha vyacu,
nk’uko natwe duharira abaducumuyeko.
Hahiriwe abagira imbabazi,
kuko na bo bazozigirirwa.
A prática do perdão
Perdoar é um ato de obediência e liberdade. A Escritura nos exorta a suportar uns aos outros e perdoar de coração, se alguém tiver algo contra outro.
Mushigikirane kandi mubabarirane iyo umuntu agize ico apfa na mugenziwe. Mubabarirane nk’uko Umwami Yesu yabababariye namwe.
Mushigikirane kandi mubabarirane iyo umuntu agize ico apfa na mugenziwe. Mubabarirane nk’uko Umwami Yesu yabababariye namwe.
Mushigikirane kandi mubabarirane iyo umuntu agize ico apfa na mugenziwe. Mubabarirane nk’uko Umwami Yesu yabababariye namwe.
Mugiranire neza kandi mubabarane, mwongere muharirane nk’uko Imana yabahariye muri Kristo.
Mugiranire neza kandi mubabarane, mwongere muharirane nk’uko Imana yabahariye muri Kristo.
Mugiranire neza kandi mubabarane, mwongere muharirane nk’uko Imana yabahariye muri Kristo.
Muri we ni ho twaherewe ugucungurwa biciye mu maraso yiwe, ni kwo guharirwa ivyaha vyacu, kubera ubuntu bwayo bwinshi!
Muri we ni ho twaherewe ugucungurwa biciye mu maraso yiwe, ni kwo guharirwa ivyaha vyacu, kubera ubuntu bwayo bwinshi!
Yaradukijije adukura mu bubasha bw’umwijima, adushira mu bwami bw’Umwana wiwe akunda. Muri we ni ho twaherewe ugucungurwa, ari kwo guharirwa ivyaha.
Misericórdia e graça
Deus é compassivo e tardio em irar-se. A misericórdia triunfa sobre o juízo, e quem se humilha diante de Deus encontra graça abundante.
Imitima yanyu nibe ari yo mutabura
mureke impuzu zanyu.
Nimugaruke k’Uhoraho Imana yanyu,
kuko ari umunyabuntu agira imbabazi,
ateba kuraka kandi agira urukundo rwinshi,
kandi arigarura ngo ntarungike ivyago.
Ni iyihe Mana imeze nkawe,
iharira icaha, ikababarira ibigabitanyo
vy’amasigarira y’ishamvu yiwe?
Ntiwama uratse ibihe vyose
ahubwo uhimbarwa no kugira imbabazi.
Ariko kubera imbabazi zawe nyinshi ntiwabaherengeteje canke ngo ubahebe, kuko uri Imana y’inyabuntu kandi y’inyembabazi.
Ku mwizigirwa wiyerekana uri umwizigirwa,
ku wutagira umugayo wiyerekana uri uwutagira umugayo,
abantu banje, bitirirwa izina ryanje, nibicisha bugufi bagasenga barondera mu nyonga hanje, bakava mu nzira zabo mbi, nanje nzobumva ndi mw’ijuru, mparire ivyaha vyabo, nkize n’igihugu cabo.
Hezekiya ahimbaza Pasika
Hezekiya atumako Abisirayeli bose n’Abayuda, kandi yandikira amakete Abefurayimu n’Abamanase, abaha ubutumire ngo baze mu Ngoro y’Uhoraho i Yerusalemu guhimbaza Pasika y’Uhoraho, Imana y’Abisirayeli. Umwami n’abaganwa biwe n’ikoraniro ryose bari i Yerusalemu bari biyemeje guhimbaza Pasika mu kwezi kwa kabiri. Ntibari bwashobore kuyihimbaza mu bihe vyategekanijwe kuko ata baherezi bakwiye bari bwarobanurwe, kandi abantu ntibari bwigere bakoranira i Yerusalemu. Iyo nteguro yo guhimbaza Pasika yabonetse ko ari nziza ku mwami no ku bantu bose. Baca bafata ingingo yo gutuma intumwa mu Bwisirayeli hose, uhereye i Berisheba mu bumanuko ugashika i Dani mu buraruko, bahamagara abantu ngo baze i Yerusalemu guhimbaza Pasika y’Uhoraho, Imana y’Abisirayeli. Ntibari bwayihimbaze ari benshi nk’uko vyari vyaranditswe.
Kw’itegeko ry’umwami, intumwa zikwira hose mu Bwisirayeli n’i Buyuda zitwaye amakete avuye ku mwami no ku baganwa biwe, avuga ngo:
"Yemwe Bisirayeli mwese, nimugaruke k’Uhoraho, Imana ya Aburahamu, na Isaka na Isirayeli, kugira ngo na we abagarukeko mwebwe abasigaye, mutahitanywe n’agatikizo k’abami b’i Ashuri. Ntimube nka ba sogokuruza na benewanyu, babaye ibigaba imbere y’Uhoraho Imana ya ba sekuruza, ari co catumye ibahindura akajoreza nk’uko mubibona. Ntimukomantaze imitima nk’uko ba sogokuruza banyu bayikomantaje; mwumvire Uhoraho. Muze mu Ngoro yiwe, iyo yejeje akayitoranya ibihe bidashira. Mukorere Uhoraho Imana yanyu, kugira ngo uburake bwiwe bw’inkazi bubaveko. Nimwahindukirira Uhoraho, benewanyu n’abana banyu bazogirirwa akagongwe n’ababajanye nk’inyagano maze bagaruke muri iki gihugu, kuko Uhoraho Imana yanyu ari inyembabazi kandi igira ikigongwe cinshi. Nimwamuhindukirira, ntazobakurako inyonga ziwe."
Za ntumwa ziragenda, ziva mu gisagara zija mu kindi, mu Befurayimu no mu Bamanase, gushika mu Bazebuloni; ariko abantu baritwengera, barabakengera. Yamara abantu bamwe bo mu Basheri, Abamanase n’Abazebuloni bicisha bugufi baja i Yerusalemu. No mu Buyuda, ukuboko kw’Imana kuba ku bantu baho, abaha kugira umutima umwe wo gukora ivyo umwami n’abaganwa biwe bari bategetse, bivuye mw’ijambo ry’Uhoraho.
Nuko mu kwezi kwa kabiri, abantu benshi bakoranira i Yerusalemu ngo bahimbaze Umusi Mukuru w’imikate itarimwo umwambiro. Bakuraho ibicaniro vyari i Yerusalemu, basambura n’ibicaniro batangirako ibimota neza, babita mu mwonga wa Kidironi.
Maze ku musi ugira cumi na kane w’ukwezi kwa kabiri, bakerera umwagazi wa Pasika. Abaherezi n’Abalewi bari buzuye ibimaramare, baca barihumanura maze bazana ibimazi vyo guturirwa mu Ngoro y’Uhoraho. Maze baca baja mu bibanza vyabo nk’uko vyanditswe mu Vyagezwe vya Mose umuntu w’Imana. Abaherezi bamija ku gicaniro amaraso baherejwe n’Abalewi. Kubera ko mw’ikoraniro harimwo abantu benshi batari bihumanuye, Abalewi ni bo bahavuye bakerera imyagazi y’intama ya Pasika y’abantu bose bari bahumanye, kuko batashobora gushikiriza iyo myagazi yabo Uhoraho. Kandi naho abantu benshi mu bari bavuye mu Befurayimu, mu Bamanase, mu Bisakari no mu Bazebuloni batari bihumanuye, barariye Pasika, banyuranya n’uko vyanditswe. Ariko, Hezekiya arabasengera, avuga ati: "Icompa Uhoraho, kuko ari mwiza, akababarira umuntu wese yashize umutima wiwe ku kurondera Uhoraho, Imana ya ba sekuruza naho ahumanye ku bw’amategeko y’Ahera." Maze Uhoraho yumva ugusenga kwa Hezekiya, akiza abantu.
Abisirayeli bari i Yerusalemu bahimbaza Umusi Mukuru w’imikate itarimwo umwambiro, bamara imisi indwi banezerewe cane, mu gihe Abalewi n’abaherezi baguma bararirimbira Uhoraho ku musi ku musi, bakoresheje ibicurarangisho bisamirana, vyeguriwe Uhoraho.
Hezekiya avuga amajambo yo gutera intege Abalewi bose bari berekanye ko batahura neza igikorwa c’Imana. Muri iyo misi indwi bariye umugabane wabo batanga n’ibimazi vy’ishimwe barongera bahimbaza Uhoraho Imana ya ba sekuruza.
Maze ikoraniro ryose rica ryemeranya kwongerako iyindi misi indwi, bayimara bahimbaza Imana kandi banezerewe. Hezekiya umwami w’i Buyuda ategura amashuri y’inka igihumbi n’intama n’impene ibihumbi indwi ku bw’iryo koraniro, n’abaganwa na bo batanga amashuri y’inka igihumbi n’intama n’impene ibihumbi cumi. Igitigiri kinini c’abaherezi barihumanura. Ikoraniro ryose ry’Abayuda riranezerwa, hamwe n’abaherezi n’Abalewi n’abari bakoraniye hamwe na bo bavuye mu Bisirayeli, harimwo n’abanyamahanga bari baje bava mu Bwisirayeli n’ababa i Buyuda. Hari umunezero mwinshi cane i Yerusalemu, kuko kuva mu misi ya Salomo mwene Dawidi umwami w’Abisirayeli hatari bwabe ikintu nk’ico i Yerusalemu. Abaherezi n’Abalewi barahaguruka ngo bahezagire abantu, maze Imana irabumva, kuko isengesho ryabo ryashitse mw’ijuru, ahera hayo, aho iba.
Arrependimento e perdão
O arrependimento genuíno abre as portas do perdão. Deus convida todos ao arrependimento e promete perdoar completamente quem volta a Ele.
Petero arabishura ati: "Umuntu wese muri mwebwe niyihane, abatizwe mw’izina rya Yesu Kristo, kugira ngo ivyaha vyanyu bibone guharirwa, ni ho muzoronka ingabire ya Mpwemu Yera.
Nuko rero nimwihane, muhindukire, kugira ngo ivyaha vyanyu bihanagurwe, ngo ibihe vy’impemburo bibone ingene biza, bivuye imbere y’Umwami Imana,
None rero bene Data, turabamenyesha ko ari muri Yesu mumenyesherezwa inkuru yo guharirwa ivyaha. Muri we, uwizera wese aba abohowe icaha ciwe cose, ari kwo kwemerwa n’Imana nk’abagororotsi, ukwo mutashobora guhabwa n’Ivyagezwe vya Mose.
Ibihe abantu batari bwamenye Imana, iyo Mana nta co ibibagirizako, ariko ubu ihamagarira abantu bose aho bari hose kwihana,
Ni kuko nakwemereye icaha canje
sinanyegeza ukugabitanya kwanje.
Naravuze nti: "Ndaturira Uhoraho
ukugabitanya kwanje."
Nawe wampariye
ugucumura kwanje.
Uwuhisha ivyaha vyiwe nta mahirwe agira,
ariko uwuvyatura akabiheba agirirwa ubuntu.
Umunyakibi nareke inzira ziwe,
umunyavyaha ave mu vyiyumviro vyiwe bibi.
Bagaruke k’Uhoraho, na we azobagirira imbabazi,
bagaruke ku Mana yacu, na yo izobaharira ku buntu.
Umunyakibi nareke inzira ziwe,
umunyavyaha ave mu vyiyumviro vyiwe bibi.
Bagaruke k’Uhoraho, na we azobagirira imbabazi,
bagaruke ku Mana yacu, na yo izobaharira ku buntu.
Perdão nos relacionamentos
Se teu irmão pecar contra ti, repreende-o; se se arrepender, perdoa-lhe. Não guarde ressentimento — liberte-se pelo perdão.
Nuko rero mwiyubare mu vyo mukora.
Umuvukanyi wawe niyacumura, umwihanize. Niyihana, umuharire. Niyagucumurako incuro indwi ku musi, akagaruka incuro indwi nyene akubwira ati: ‘Ndihanye mbabarira,’ uze umubabarire."
Ntimugacire imanza abandi
Ntimugacire imanza abandi, kugira ngo namwe ntimuzozicirwe. Ntimugatsindishe abandi, kugira ngo namwe ntimuzotsindishwe. Mugire imbabazi, ni ho namwe muzozigirirwa.
Ntimugacire imanza abandi
Ntimugacire imanza abandi, kugira ngo namwe ntimuzozicirwe. Ntimugatsindishe abandi, kugira ngo namwe ntimuzotsindishwe. Mugire imbabazi, ni ho namwe muzozigirirwa.
Ntimugacire imanza abandi
Ntimugacire imanza abandi, kugira ngo namwe ntimuzozicirwe. Ntimugatsindishe abandi, kugira ngo namwe ntimuzotsindishwe. Mugire imbabazi, ni ho namwe muzozigirirwa.
Maze Yesu aravuga ati: "Data, bababarire, kuko ntibazi ico bariko barakora." Maze bagabura impuzu ziwe bakoresheje ubupfindo.
Ariko imbere y’uko mutangura gusenga, mubanze muharire umuntu wese yabacumuyeko, kugira ngo So wo mw’ijuru na we abaharire ivyaha vyanyu. [
Ariko imbere y’uko mutangura gusenga, mubanze muharire umuntu wese yabacumuyeko, kugira ngo So wo mw’ijuru na we abaharire ivyaha vyanyu. [
Ariko imbere y’uko mutangura gusenga, mubanze muharire umuntu wese yabacumuyeko, kugira ngo So wo mw’ijuru na we abaharire ivyaha vyanyu. [ Ariko nimutaharira abandi, na So wo mw’ijuru ntazobaharira ivyaha mwakoze.]"
Ntuze wihore canke ngo ugumanire inzigo uwo mu bwoko bwanyu, ariko uze ukunde mugenzawe nk’uko wikunda. Ndi Uhoraho.
Urukundo n’ubwizigirwa bize vyamane nawe,
uze uvyambare mw’izosi,
uvyandike mu mutima wawe.
Ni ho uzogira ikiganza ciza n’izina ryiza
imbere y’Imana n’abantu.
Uwugomba gukomeza urukundo yirengagiza icaha yakorewe,
ariko uwuguma yibukiriza icaha atandukanya abagenzi.
Mwitaneho kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe ananirwa ntashikire ubuntu bw’Imana. Mwirinde ntihakagire ikintu na kimwe kibi kimeze nk’umuzi utera umurarazi kiba hagati yanyu kigatera uruhagarara, benshi bononekara.
Muharire ababagirira nabi
Nimba hariho uwabateye umubabaro, si jewe yabikoreye, ni mwebwe mwese yabikoreye, canke bamwe muri mwebwe, kandi aha sindengeje urugero. Abenshi muri mwebwe mwaramugwanije kandi ico gihano yahawe kiramaze. Ni co gituma ubu hageze ko mumuharira, mukamwirura, ahandi ho umubabaro womuca intege. Ndabinginga rero ngo musubire mumwereke urukundo.
Kuko Kristo ubwiwe yitanze nk’ikimazi kugira ngo duharirwe ivyaha vyacu, kandi si ivyacu gusa, ahubwo ni ivy’abari mw’isi bose.
Na we aramwishura ati: "Oya, nyakwubahwa."
Yesu aramubwira ati: "Nanje nta rubanza ndagucira. Niwigire ariko ntugasubire gukora icaha."]
Hoba hariho uwo muri mwebwe agwaye? Nahamagare abarongozi bakuru b’ishengero bamusengere bamusige n’amavuta mw’izina ry’Umwami. Isengesho ririmwo ukwizera rizotuma uwo murwayi akira; Umwami azomuvyura. Niyaba yarakoze ivyaha azobiharirwa.
Umugabo yirukanye umugore wiwe
maze akarongorwa n’uwundi mugabo,
mbega yosubira kumugarukana bakabana?
Mbega igihugu nticoca kirushiriza guhumana rwose?
Ariko wewe wabaye maraya, ufise abo wikundira benshi,
mbega wongarukako?"
ni ko Uhoraho abaza.
"Unamura amaso urabe impinga z’imisozi.
Mbega hoba hariho ahantu utahumanije?
Wicara ku nzira urindiriye abo wipfuza ukunda,
wicara nk’umuntu yangara mu bugaragwa.
Wahumanije igihugu
ugihumanishije ubusambanyi bwawe n’ibibi vyawe.
Ni co catumye imvura ibura,
n’imvura y’impeshi ntiyagwa.
Ariko mu maso hawe biraboneka ko uri maraya;
mugabo ntunamaramara.
Mbega ntiwamye umpamagara ngo:
‘Data, mukunzi wanje wo kuva nkiri muto,
mbega uzokwama ushavuye?
Mbega uburake bwawe ni ubw’ibihe vyose?’
Uko ni ko uvuga,
ariko ugakora ibibi uko ushoboye kwose."
Ukutaba umwizigirwa kwa Isirayeli
Ku ngoma y’umwami Yosiya, Uhoraho yarambwiye ati: "Wabonye ivyo Isirayeli mutizigirwa yakoze? Yagiye ku musozi muremure wose no musi y’igiti cose gitotahaye maze asambanirayo. Nibajije ko ahejeje gukora ivyo vyose azongarukako ariko si ko vyagenze, maze murumunawe Yuda arabibona. Nahaye ikete ryo kwahukana Isirayeli maze ndamwirukana kubera ubusambanyi bwiwe bwose. Ariko nabonye na murumunawe Yuda mutizigirwa atigeze atinya; na we nyene yagiye mu vyo gusambana. Kuko ubuhumbu bwa Isirayeli ata co bwamubwiye kinini, yahumanije igihugu asambana n’amabuye n’ibiti. Naho vyabaye uko, murumunawe Yuda ntiyangarutseko n’umutima wiwe wose, atari mu majambo gusa," ni ko Uhoraho avuze.
Uhoraho arambwira ati: "Isirayeli mutizera ntakiri umugororotsi kurusha mutizigirwa Yuda. Genda mumenyeshe iyi nkuru mutumbereye mu buraruko muti:
‘Garuka Isirayeli Mutizera,’ ni ko Uhoraho avuze.
‘Sinzosubira kukurakira,
kuko ndi umunyembabazi,’ ni ko Uhoraho avuze.
‘Sinzokwama ndatse ibihe vyose.
Pfa kwemera icaha cawe,
ko wagararije Uhoraho Imana yawe,
wasanzaje ubwiza bwawe ku mana z’inyamahanga
musi y’igiti cose gitotahaye,
kandi ntiwanyumviye,’ "
ni ko Uhoraho avuze.
"Nimungarukeko, mwa bana batizigirwa," ni ko Uhoraho avuze, "kuko ndi shobuja. Nzobatoranya, ndabakure iyo mwasabagiriye, umwe ndamukure mu gisagara kimwe na babiri mu muryango umwe, maze ndabazane i Siyoni. Hanyuma nzobaha abungere bahuye n’uko umutima wanje ugomba, bazobarongora mu kumenya no mu gutahura. Muri iyo misi, ibitigiri vyanyu nivyamara kwongerekana cane mu gihugu," ni ko Uhoraho avuze, "abantu ntibazosubira kuvuga ivy’Isandugu y’Isezerano ry’Uhoraho. Ntizosubira na rimwe kwinjira mu bwenge bwabo; ntizokwibukwa, kandi ntizosubirizwa. Muri ico gihe bazokwita Yerusalemu Umugwa w’Uhoraho kandi amahanga yose azokoranira i Yerusalemu ngo bahe icubahiro izina ry’Uhoraho. Ntibazosubira gukurikira ugukomantara kw’imitima yabo mibi. Muri iyo misi ab’inzu ya Yuda bazokwifatanya n’ab’inzu ya Isirayeli maze bose baze bavuye mu buraruko baze mu gihugu nahaye ba sekuruza babo kw’ishamvu.
Ni jewe ubwanje navuze nti:
‘Ese ukuntu binezera kugufata nk’umwana wanje
no kuguha igihugu ciza co kwipfuzwa,
itongo rirusha ayandi yose kuba ryiza mu bihugu vyose.’
Niyumvira ko muzonyita Data
kandi mutazontera ibitugu ngo mureke kunkurikira.
Ariko nk’uko umugore ahemukira umugabo wiwe,
ni ko mwampemukiye, yemwe ab’inzu ya Isirayeli,"
ni ko Uhoraho avuze.
Urwamo rwumvikana ku dutwe tw’imisozi,
Abisirayeli barira kandi batakamba,
kuko banduje inzira zabo
kandi bibagiye Uhoraho Imana yabo.
"Nimuhindukire, yemwe mwa bana batizerwa;
nzobakiza ndabakuremwo ugusubira inyuma."
"Egome, tuzokugarukako,
kuko uri Uhoraho Imana yacu.
Ni ukuri ugusenga ibigirwamana vyo ku dusozi
no ku misozi ni uruhendo;
ni ukuri agakiza k’Abisirayeli
kari k’Uhoraho Imana yacu.
Kuva mu buto bwacu imana ziteye isoni ni zo zatikije
ivyavuye mu butame bwa ba sogokuruza,
zariye imikuku n’amasho vyabo,
abahungu n’abakobwa babo.
Reka twubame hasi kubera ibiteterwe,
kandi ibimaramare vyacu bidutwikire.
Twacumuye k’Uhoraho Imana yacu,
twebwe na ba sogokuruza bacu;
kuva mu buto bwacu gushika uwu musi
ntitwumviye Uhoraho Imana yacu."
Ariko ikiruta vyose, mushishikare gukundana, kuko urukundo rupfuka ivyaha vyinshi.