Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Korinto 2

Ubwenge buva kuri Mpwemu

6 Ariko ku bakuze mu kwizera, ubutumwa tuvuga ni ubw’ubwenge: ubwo bwenge si ubw’iki gihe canke ubw’abatware b’iki gihe bazokurwaho. 7 Ahubwo tubabwira ubwenge bw’Imana bwari bwaragizwe ibanga, bwari bwaranyegejwe, ariko Imana ikaba yari yabuduteguriye isi itararemwa kugira ngo buzoduhe ubwiza.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também