Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Tesalonike 5

Kugaruka kw’Umwami wacu

1 Bene Data, ku vyerekeye imisi n’ibihe ivyo bizoshikirako, ntitwari dukwiye no kurinda kubibandikira, 2 kuko musanzwe muzi neza ko umusi Umwami wacu azogarukirako uzoshika nk’igisuma mw’ijoro. 3 Igihe abantu bazoba bavuga bati: "Ni amahoro, nta nkomanzi," ni ho ugutikizwa kuzobashikako giturumbuka, kurya umugore yibungenze afatwa n’ibise, kandi nta wuzorokoka.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também

1 Tessalonicenses
Ver todos os capítulos de 1 Tessalonicenses