Pular para o conteúdo
Publicidade

2 Tessalonicenses 2

3 Ntihagire uwubabesha mu buryo na bumwe, kuko uwo musi utazoshika kugwanya Imana kutabanje kugaragara, kandi na wa muntu w’umugarariji atarahishurwa, uwagenewe kuzoranduka. 4 Azokwishira hejuru yongere agwanye icitwa imana cose n’igisengwa cose. Mbere azokwicara mu rusengero rw’Imana, yiyite Imana we nyene.

Veja também

2 Tessalonicenses
Ver todos os capítulos de 2 Tessalonicenses