Pular para o conteúdo
Publicidade

2 Tesalonike 3

10 N’igihe twari kumwe namwe twamye tubaha icagezwe kivuga ngo: "Uwudashaka gukora no kurya ntakarye."

11 Twarumvise ko bamwe muri mwebwe ari ibinebwe. Bareka gukora ariko bakita mu bitabaraba. 12 Abo bantu turabategetse tubinginga mw’izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo ngo bame bakora kugira ngo babone kwibeshaho.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também

2 Tessalonicenses
Ver todos os capítulos de 2 Tessalonicenses