Ijuru rishasha n’isi nshasha
1 Hanyuma nca mbona ijuru rishasha n’isi nshasha,21:1 Yesaya 65:17 kuko ijuru rya mbere n’isi ya mbere vyari vyakuweho, kandi nta n’ikiyaga cari kikihari.

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.