Publicidade

Apocalipse 5

13 Hanyuma nca numva amajwi y’ivyaremwe vyose, ivyo mw’ijuru, ivyo kw’isi, ivy’i kuzimu, ivyo mu biyaga n’ibibibamwo, biririmba biti:

"Guhimbazwa n’icubahiro, ubwiza n’ububasha,

ni ivy’uwicaye ku ntebe y’inganji n’Umwagazi w’intama yishwe,

ibihe vyose!"

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-