Pular para o conteúdo
Publicidade

Resultados da busca por "amor"

52 resultados encontrados

  1. Provérbios 10

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 10
    Mostrando versículos 1–17 de 32

    1Imigani ya SalomoUmwana w’ubwenge anezereza se,ariko umwana w’igipfu ababaza nyina.

    12Urwanko ruvyura amatati,ariko urukundo rupfuka ibibi vyose.

    17Uwemera gutozwa indero ari mu nzira ijana mu buzima,ariko uwanka guhanurwa ahubisha abandi.

  2. Salmos 36

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 36
    Mostrando versículos 5–10 de 12

    5Uhoraho, urukundo rwawe rushika no mw’ijuru,ukwizigirwa kwawe gushika no mu birere.

    7Ese ukuntu urukundo rwawe rudashira ari akaburarugero, ewe Mana!Abantu bahungira musi y’igitutu c’amababa yawe.

    10Shishikara ukunda abakumenye,ugume uri umugororotsi ku batunganye mu mitima.

  3. Cânticos 2

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 2
    Mostrando versículos 1–13 de 17

    1Ndi ishurwe, ikirungu c’i Sharoni,ishurwe ryo mu biyaya.Umukwe

    4Yanjanye mu nzu y’ibirori,aca aduza hejuru yanje ibendera ry’urukundo.

    13Umusukoni uratanguye kwama;imizabibu ishuritse iratamirana ugutamirana kwayo.Haguruka uze, mukunzi wanje;mwiza wanje, uze aho ndi."Umukwe

  4. Provérbios 3

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 3
    Mostrando versículos 3–15 de 35

    3Urukundo n’ubwizigirwa bize vyamane nawe,uze uvyambare mw’izosi,uvyandike mu mutima wawe.

    13Hahiriwe umuntu yironkeye ubwenge,akironkera ugutahura.

    15Ubwenge burusha agaciro akabuye kitwa imaragarita,kandi nta co kwipfuzwa na kimwe cogereranywa na bwo.

  5. Salmos 85

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 85
    Mostrando versículos 7–13 de 13

    7Twereke urukundo rwawe rudashira, ewe Uhoraho,uduhe agakiza kawe.

    10Urukundo n’ubwizigirwa birahuye;ubugororotsi n’amahoro biragumbiranye.

    13Ukugororoka kumugiye imberekugira ngo kumutegurire inzira acamwo.

  6. Provérbios 17

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 17
    Mostrando versículos 9–27 de 28

    9Uwugomba gukomeza urukundo yirengagiza icaha yakorewe,ariko uwuguma yibukiriza icaha atandukanya abagenzi.

    17Umugenzi agukunda ibihe vyose,kandi umuvukanyi yavukiye guseruka mu marushwa.

    27Uwuvuga make ni umunyabwenge,kandi uwutekanye mu mutima afise ugutahura.

  7. Salmos 103

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 103
    Mostrando versículos 4–11 de 22

    4ni we acungura ubugingo bwawe ngo ntibuje muri rwa rwoboakakwambika urukundo n’imbabazi nk’igitsibo,

    8Uhoraho agira impuhwe n’ubuntu,ateba kuraka, akagira urukundo rwinshi.

    11Kuko nk’uko amajuru yitanguriye isi,ni ko urukundo agirira abamwubaha rungana;

  8. Provérbios 21

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 21
    Mostrando versículos 1–21 de 31

    1Umutima w’umwami ni nk’umugende mu minwe y’Uhoraho;awurongorera iyo ashatse.

    6Ubutunzi umuntu aronkesheje akarimi kabeshani umwotsi utumuka, ni umutego wica.

    21Uwukurikirana kugororoka no kugira urukundoaronka ubuzima, kugubwa neza n’icubahiro.

  9. Salmos 86

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 86
    Mostrando versículos 4–13 de 17

    4Zanira umunezero k’umusavyi wawe, ewe Mana,kuko nkwizigira.

    12Nzogushima, ewe Uhoraho Mana yanje, n’umutima wanje wose;nzoshima izina ryawe ibihe bidashira.

    13Kuko urukundo unkunda ari rwinshi;wantabaye ukankura i bwina,iwabo w’abapfuye.

  10. Salmos 6

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 6
    Mostrando versículos 3–5 de 10

    3Umutima wanje unshongeyemwo.Uzogeza ryari, ewe Uhoraho, uzogeza ryari?

    4Hindukira, Uhoraho, maze untabare;unkize ku bw’urukundo rwawe rudashira.

    5Mu bapfuye nta n’umwe yamamaza izina ryawe.Ni nde azogutazirira i kuzimu?

  11. Salmos 113

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 113
    Mostrando versículos 1–9 de 9

    1Himbaza Uhoraho.Nimuhimbaze Uhoraho, yemwe basavyi biwe;nimuhimbaze izina ry’Uhoraho.

    6yunamishwa no kurabaamajuru n’isi?

    9Ashira umugore w’ingumba mu nzu yiweakamugira nyina w’abana ahiriwe.Himbaza Uhoraho

  12. Salmos 94

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 94
    Mostrando versículos 1–20 de 23

    1Uhoraho ni Imana ihana.Yewe Mana ihana, seruka ukayangane.

    9Uwaremye ugutwi ntashobora kwumva?Uwaremye ijisho mbega ntabona?

    20Mbega ingoma yononekaye yokwifatanya nawe;ingoma izana amagorwa kubera ivyo itegeka?

Léxico (correspondência exata) Semântico (correspondência relacionada) Versículos omitidos Contexto do capítulo