Pular para o conteúdo
Publicidade

Filipi 3

7 Ariko ivyo n’aho nahora nibaza ko bifise agaciro, ubu ndavyiyumvira nk’ibitagira ikimazi, kubera ivyo Kristo yakoze. 8 Ikirengeye ivyo vyose, n’uko ubu ibintu vyose ndavyiyumvira nk’ibitagira ikimazi kubera namenye ikibirengeye ari co Kristo Yesu, Umwami wanje. Ku bw’uwo, nahevye ibindi vyose, ndabihindura ubusa kugira ngo ndonke Kristo,

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também

Filipenses
Ver todos os capítulos de Filipenses