Pular para o conteúdo
Publicidade

Filipi 4

11 Ibi sindabivugishijwe n’ubukene, kuko muri vyose namenyereye kubumbwa n’ivyo mfise. 12 Ndazi ico ari co kuba mu bukene, kandi ndazi kubaho mu musesekara. Narize ibanga ryo kubaho muri vyose, haba mu gahimbo canke mu nzara, haba mu musesekara canke mu bukene.

Veja também

Filipenses
Ver todos os capítulos de Filipenses