Pular para o conteúdo
Publicidade

Abaheburayo 10

35 Ntimugatakaze ivyizigiro mufise mu Mwami, kuko bifise impera ikomeye.

36 Mukwiye kwihangana kugira ngo nimwamara gukora ivyo Imana ishaka muze muhabwe ivyasezeranywe. 37 Kuko,

"Hasigaye igihe gito,

uwugira aze azoza,

kandi ntazoteba."

38 Kandi,

"Umugororotsi wanje azobeshwaho n’ukwizera.

Ariko niyasubira inyuma,

ntazohimbara umutima wanje."10:38 Habakuki 2:3,4

39 Ariko twebwe ntituri mu basubira inyuma bagahona, ahubwo turi mu bizera bagakiza imitima yabo.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também