Pular para o conteúdo
Publicidade

Hebreus 11

8 Ukwizera ni kwo kwatumye Aburahamu yumvira Imana igihe yamuhamagara ngo aje mu gihugu yari igiye kumuha ngo kibe iragi ryiwe. Yavuye mu gihugu ciwe atazi iyo agiye.

Veja também