Jambo yigize umuntu
1 Mu ntango ya vyose, Jambo yariho. Uwo Jambo yari kumwe n’Imana, kandi yari Imana. 2 Yari kumwe n’Imana mu ntango ya vyose. 3 Imana ni we yakoresheje mu kurema vyose; mu vyaremwe vyose nta na kimwe Imana yaremye itamukoresheje.