Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 12

30 Yesu arababwira ati: "Iryo jwi ntirivuze ku bwanje, ni ku bwanyu. 31 Igihe co gucira iyi isi urubanza kirageze; umutware wayo agira atererwe hanze. 32 Kandi ninamara kumanikwa hejuru y’isi, nzokwiyegeranirizako abantu bose."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também