16 Nanje nzosaba Data abahe uwundi Mwitsa azobana namwe ibihe vyose, 17 ni we Mpwemu w’ukuri. Isi ntishobora kumwakira, kuko itamubona kandi itamuzi. Ariko mwebwe muramuzi, kuko abana namwe kandi azoba muri mwebwe.
Publicidade

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.