Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 14

21 Umuntu wese yakira amabwirizwa yanje akayashira mu ngiro, ni we ankunda. Kandi uwunkunda Data azomukunda. Nanje nzomukunda ndanamwiyereke."

22 Nuko Yuda (atari Isikariyote) aramubaza ati: "Mwami, ni kuki ushaka kwihishurira twebwe, aho kwihishurira isi?"

23 Yesu aramwishura ati: "Uwunkunda azoshira mu ngiro inyigisho zanje. Data azomukunda, kandi twe na Data tuzoza tubane na we. 24 Uwutankunda ntazoshira mu ngiro inyigisho zanje. Kandi aya majambo mwumva si ayo nigeneye; ariko ni aya Data yantumye.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também