Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 16

7 Ariko ndababwire ukuri, vyobabera vyiza ko ngenda, kuko nintagenda, Umwitsa ntazobazako. Ariko ninagenda, nzoca ndamubarungikira. 8 Uwo niyaza, azokwemeza abantu b’iyi si ivy’icaha, ivy’ukugororoka hamwe n’ivyurubanza. 9 Ivy’icaha kuko banse kunyizera. 10 Ivy’ukugororoka, kuboneka kuko ngiye gusubira kwa Data kandi mukaba mutazosubira kumbona. 11 Ivy’urubanza, kuko umutware w’iyi si yamaze gutsindwa n’urubanza.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também