Pular para o conteúdo
Publicidade

João 2

Yesu ahindura amazi umuvinyu

1 Haciye imisi ibiri, haba ubukwe ahantu hitwa Kana i Galilaya, kandi nyina wa Yesu ni ho yari. 2 Yesu n’abigishwa biwe na bo bari batumiwe muri ubwo bukwe.

Veja também