Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 20

Yesu yiyereka abigishwa biwe

19 Ku mugoroba w’uwo musi, ari wo musi wa mbere w’indwi, abigishwa bari bakoraniye hamwe biyugaranye kuko batinya abakuru b’Abayuda. Maze Yesu araza ahagarara hagati muri bo, arababwira ati: "Amahoro abane namwe!"

Veja também