Pular para o conteúdo
Publicidade

João 6

48 Ni jewe mukate w’ubugingo. 49 Ba sogokuruza banyu baririye manu mu bugaragwa, yamara barapfuye. 50 Ariko hano hari umukate uva mw’ijuru, kandi uwuwurya ntazopfa. 51 Ni jewe mukate w’ubugingo wamanutse uva mw’ijuru. Umuntu wese arya uwo mukate azobaho ibihe bidashira. Uwo mukate ni umubiri wanje nzotanga kugira ngo isi igire ubugingo."

Veja também