15 Mwebwe muca imanza nk’abantu, ariko jewe nta n’umwe ncira urubanza. 16 Iyo ndamutse nca urubanza, ruba ari urw’ukuri, kuko simba ndi jenyene, mba ndi kumwe na Data yantumye.
Publicidade

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.