7 Ba bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo babandanije bamubaza, aca urunamuka arababwira ati: "Umuntu atagira icaha muri mwebwe nabe ari we aba uwa mbere mu kumutera ibuye."
9 Bavyumvise, baca batangura gusohoka umwumwe uhereye ku bakuze, kugeza aho Yesu asigarana na wa mugore ahagaze imbere yiwe.