Pular para o conteúdo
Publicidade

Malaki 3

8 Mbega hari uwokwiba Imana? Ariko mwebwe mwaranyivye.

Kandi muribaza muti: Twakwivye gute?Mwanyivye ibigiracumi n’amashikanwa.

10 Nimuzane ikigiracumi gikwiye mu bubiko bwanje, kugira ngo mu nzu yanje habemwo ivyokurya. Ehe nimubingeragereshe, jewe Uhoraho Mushoboravyose, murabe ko ntugurura imiryango yo mw’ijuru, nkabacuncuburirako imigisha mukabura n’aho muyikwiza.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também

Malaquias
Ver todos os capítulos de Malaquias