Pular para o conteúdo
Publicidade

Roma 10

17 Mu vy’ukuri ukwizera kuzanwa no kwumva Ubutumwa Bwiza, ari ryo jambo rya Kristo. 18 Ubu rero ndabaza: mbega none Abayuda iryo jambo nta ryo bumvise? Egome cane bararyumvise! Kuko Ivyanditswe Vyera bivuga ngo:

"Ijwi ryumvikanye mw’isi yose;

kandi ivyavuzwe vyashitse ku mpera z’isi."10:18 Zaburi 19:4

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também