Publicidade

Tiago 1

Amageragezwa n’amarushwa

2 Bene Data, munezerwe cane, igihe cose muhuye n’ibibagerageza vy’uburyo bwinshi, 3 kuko muzi neza ko iyo ukwizera kwanyu kugeragejwe bituma ukwihangana kwanyu na kwo gukura.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-