Ibijanye n’ukuzuka kwa Kristo
1 Ubu na ho bene Data, nagomba kubibutsa Ubutumwa Bwiza nababwiye, ubwo mwakiriye mukabugumamwo. 2 Ubwo Butumwa ni bwo bubakiza hamwe mugumije amajambo nababwiye. Ahandi ho ukwizera kwanyu kwoba ari ukw’ubusa.