54 Maze uwu mubiri ubora umaze kwambara ukutabora, n’ugupfa kwawo kukambara ukudapfa, ni ho ibi vyanditswe bizoba bishitse, ngo: "Urupfu rwamizwe n’intsinzi."15:54 Yesaya 25:8