9 Ivyanditswe bivuga biti:
"Ibintu ata jisho na rimwe ryigeze kubibona,
ibintu ata gutwi na kumwe kwigeze kuvyumva,
kandi ibintu ata bwenge bw’umuntu n’umwe bwigeze kuvyiyumvira,
ni vyo Imana yateguriye abayikunda."