Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Coríntios 6

13 Uwundi avuga ati: "Ivyokurya ni ivy’inda, n’inda ni iy’ivyokurya kandi Imana izobirandura vyompi." Yamara umubiri ntiwaremewe kuganzwa n’ubusambanyi, ariko waremewe kuba uw’Umwami Imana, kandi ni we awitaho. 14 Imana, mu bushobozi bwayo, yazuye Umwami Yesu mu bapfuye, kandi natwe izotuzura.

Veja também