10 Uwo muntu mumuhariye, nanje nzoba ndamuhariye. Kandi igihe cose bikenewe ko ntanga imbabazi, ndabikora ku bwanyu ndi imbere ya Kristo, 11 kugira ngo Satani ntaronke aho adufatira, kuko tutayobewe urwenge rwiwe.
Publicidade
2 Korinto 2
Estes versículos te tocaram? Ore agora!
+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.