Publicidade

Amós 8

11 Imisi iraje," ni ko Uhoraho Nyeninganji avuze,

"aho nzorungika inzara mu gihugu;

ntizoba ari inzara y’ivyokurya canke inyota y’amazi,

ariko izoba ari inzara yo kwumva amajambo yUhoraho.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-