Pular para o conteúdo
Publicidade

Ivyahishuwe 1

17 Ndamubonye nca nikubita imbere y’ibirenge vyiwe nk’uwupfuye. Ariko aca anshirako ikiganza c’i buryo ambarira ati: "Ntutinye. Ndi Uwa Mbere kandi ndi Uwa Nyuma. 18 Ndi Uwuriho, nari narapfuye none ndi muzima ibihe vyose. Kandi mfise urupfunguruzo rw’urupfu na kuzimu.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também