Inzamba igira indwi
15 Umumarayika w’indwi avugije inzamba yiwe, haca humvikana ijwi rivuye mw’ijuru rivuga riti:
"Ubwami bwo kw’isi buhindutse
ubw’Umwami Imana na Kristo wiwe,
kandi azoganza ibihe bidashira."
15 Umumarayika w’indwi avugije inzamba yiwe, haca humvikana ijwi rivuye mw’ijuru rivuga riti:
"Ubwami bwo kw’isi buhindutse
ubw’Umwami Imana na Kristo wiwe,
kandi azoganza ibihe bidashira."