Pular para o conteúdo
Publicidade

Ivyahishuwe 4

8 Kimwekimwe cose muri vyo cari gifise amababa atandatu, cuzuye amaso hose n’imbere muri vyo. Ijoro n’umurango, ntivyahengeshanya kwama bivuga biti:

" Uwera, uwera, uwera,

ni we Mwami Imana Mushoboravyose,4:8 Yesaya 6:3

yamyeho, ariho, kandi agira aze."

Veja também