Pular para o conteúdo
Publicidade

Abaheburayo 11

17 Ukwizera ni kwo kwatumye Aburahamu atanga Isaka nk’ikimazi igihe Imana yariko iramugeza. Aburahamu, uwari yarakiriye amasezerano y’Imana, yari yiteguriye gutanga Isaka, umwana wiwe w’ikinege nk’ikimazi, 18 naho Imana yari yaramwibwiriye iti: "Uruvyaro rwawe uzoruronka biciye muri Isaka."11:18 Itanguriro 21:12 19 Aburahamu yiyumviriye ko Imana ishobora kuzura Isaka, kandi ubiravye asa n’aho yamusubijwe avuye mu bapfuye.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também