24 Ukwizera ni kwo kwatumye Mose, amaze gukura, yanka kwitwa umuhungu w’umukobwa wa Farawo. 25 Yahisemwo kubabazanywa n’ubwoko bw’Imana abirutisha kunezerererwa ibihimbaro vy’icaha vy’akanya gato.
Publicidade

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.