Publicidade

João 1

Yohana ashingira intahe Yesu

29 Ku musi ukurikira, Yohana abonye Yesu aje amutumbereye, aravuga ati: "Ng’uwu Umwagazi w’intama w’Imana, akura ivyaha vy’abari mw’isi.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-28_14-13-17-