Pular para o conteúdo
Publicidade

João 1

Yohana ashingira intahe Yesu

29 Ku musi ukurikira, Yohana abonye Yesu aje amutumbereye, aravuga ati: "Ng’uwu Umwagazi w’intama w’Imana, akura ivyaha vy’abari mw’isi.

34 Ivyo narabibonye, ni co gituma nshinga intahe ko uwo ari Umwana w’Imana."

Veja também