Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 14

13 Ico muzosaba cose mw’izina ryanje nzogikora, kugira ngo Data ahabwe icubahiro biciye mu Mwana. 14 Ni ukuri, ico muzosaba cose mw’izina ryanje, nzogikora.

Yesu asezerana kurungika Mpwemu Yera

15 Nimwaba munkunda, nimushire mu ngiro amabwirizwa yanje. 16 Nanje nzosaba Data abahe uwundi Mwitsa azobana namwe ibihe vyose,

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também