22 Icubahiro wampaye narakibahaye, kugira ngo babe umwe nk’uko twe nawe turi umwe: 23 jewe mbe muri bo, nawe ube muri jewe, aho ni ho bazoba umwe vy’ukuri, kugira ngo isi imenye ko wantumye kandi ko ubakunda nk’uko unkunda.
Publicidade