27 Maze abwira Toma ati: "Koza urutoke rwawe hano, urabe ibiganza vyanje. Gorora ukuboko kwawe ukore mu rubavu rwanje. Reka gukekeranya niwizere."
28 Toma aramubwira ati: "Mwami wanje, Mana yanje!"