Publicidade

João 3

5 Yesu aramwishura ati: "Ndakubwire ukuri, nta muntu n’umwe ashobora kwinjira mu Bwami bw’Imana atavyawe n’amazi na Mpwemu. 6 Umubiri uvyara umubiri, ariko Mpwemu avyara impwemu. 7 Ntutangazwe n’uko ndakubwiye nti: Utegerezwa kuvuka ubwa kabiri.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-