Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 4

21 Yesu aramwishura ati: "Mupfasoni, nunyizere: igihe kiraje aho mutazorinda kuja gusengera Data kuri uriya musozi canke i Yerusalemu. 22 Mwebwe Abasamariya musenga ico mutazi, ariko twebwe dusenga ico tuzi, kuko agakiza gaturuka mu Bayuda. 23 Ariko igihe kiraje kandi kirashitse aho abasenga b’ukuri bazosenga Data mu Mpwemu no mu kuri. Abo ni bo basenzi Data arondera.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também