Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 4

23 Ariko igihe kiraje kandi kirashitse aho abasenga b’ukuri bazosenga Data mu Mpwemu no mu kuri. Abo ni bo basenzi Data arondera. 24 Imana ni impwemu, kandi abayisenga bakwiye kuyisenga mu Mpwemu no mu kuri."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também