Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 4

31 Muri ico gihe, abigishwa bariko baramwinginga bati: "Rabi, gira ico ufunguye."

32 Ariko arababwira ati: "Ndafise ivyokurya mwebwe mutazi."

33 Abigishwa barabazanya bati: "Mbega hari uwoba yamuzaniye ivyokurya?"

34 Yesu arababwira ati: "Ivyokurya vyanje ni ugukora ivyo uwantumye agomba, no guheraheza igikorwa ciwe.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também