Pular para o conteúdo
Publicidade

Yohana 9

2 Abigishwa biwe baramubaza bati: "Mwigisha, ni nde yacumuye bigatuma uwu muntu avuka ari impumyi: mbega ni we canke ni abavyeyi biwe?"

3 Yesu arabishura ati: "Ntivyavuye ku vyaha vyiwe canke ku vy’abavyeyi biwe, ariko ibi vyabaye kugira ngo ubushobozi bw’Imana bwiyerekanire muri we.

Veja também