Pular para o conteúdo
Publicidade

Rute 1

16 Ariko Rusi aramwishura ati: "Reka kunyingingira kuvana nawe canke gusubira inyuma ngo ndaguhebe. Aho uzoja ni ho nzoja, aho uzoba ni ho nzoba. Ihanga ryawe ni ryo rizoba ihanga ryanje kandi Imana yawe ni yo izoba Imana yanje.

Veja também

Rute
Ver todos os capítulos de Rute