Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Korinto 14

24 Ariko abatizera canke abadatahura ivyo kuvuga indimi zitamenyekana nibaza bagasanga mwese muriko muravugishwa, bazokwemezwa mu mitima yabo ko ari abanyavyaha, kandi ko bazocirwa urubanza n’ivyo muvuga, 25 maze ivyinyegeje mu mitima yabo bizobe bigiye ahabona. Bazoheza bakubite ibipfukamiro hasi bahimbaze Imana, bavuge bati: "Vy’ukuri Imana iri kumwe namwe!"

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também