29 Abantu nka babiri canke batatu bazotange ubuvugishwa, abandi na bo basese, bihweze ivyavuzwe. 30 Nimba hari uwicaye mu rusengero hanyuma akagira ico abwiwe n’Umwami Imana, uwari asanzwe ariko aravuga azoce abanza ahagarike.
Publicidade
1 Korinto 14
Estes versículos te tocaram? Ore agora!
+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.