3 Kuko ivyo nahawe ari vyo nabashikirije nk’ivy’igiciro vya mbere: ko Kristo yapfiriye ivyaha vyacu, nk’uko Ivyanditswe Vyera bibivuga, 4 ko yahambwe hanyuma akazuka ku musi ugira gatatu nk’uko Ivyanditswe Vyera bibivuga,
Publicidade